Formation en Aviculture

Formation en Aviculture

1 Review Sold: 1

$5.84

Igitabo cigisha ubgorozi bg’inkoko za kijambere muri rusangi

$5.84

Add to cart
Buy Now
0 out of 5
Category:

Iki gitabo kigizwe n’ibice nyamukuru bikurikira:

-Intambamyi nyamukuru aborozi bakunda guhura nazo mu ntango n’ingene bozirinda
– Kumenya itandukaniro riri hagati y’ubgorozi bg’inkoko zita amagi (poule pondeuse) hamwe n’izi nyama (poule de chair) harimwo nizo benshi dukunda kwita ama Kuroiler( kuroyilla)
– Ibiryo n’imiti inkoko zikenera kuva ku miswi gushika ku nkoko zita amagi
– Ubgoko bg’inrwara zifata inkoko ndetse n’ibimenyetso bizigaragaza
– Kumenya ikibanza gikenewe kwororeramwo inkoko
– Kumenya kwiyandikira umugambi wawe ku mpapuro ku buryo ushobora kuwushikiriza abaterankunga
– Kumenya akamaro nyamukuru k’icuma kibundikira amagi gikozwe mu buhinga buhanitse citwa ¨incubateur a retournement automatique¨

–Gusuzuma ko irigi ryawe ushobora kurishira mu Cuma kibundikira amagi

-Umuco ukenewe mu cari c’inkoko kuva zikivuka gushika zite

1 review for Formation en Aviculture

  1. Mega Customer Center

    igikorwa ciza mwakoze
    Rero uwo wese yokenera kukigura biroroshe, uhejeje kuriha na Ecokash yawe uciye kuri Afripay igitabo uca ukironka en pdf kuri email yawe wakoresheje mu kukigura.
    Kigeze kuri email yawe haba hagez k ugitelechargea.
    Nuwundi wese afise oeuvres yakoze arashobora kuzidandaza murubwo buryo kuri mega customer center ,birashoboka ko vyoguteza imbere

Add a review

General Inquiries

There are no inquiries yet.