Shipping Policy
Kubari kure y'igisagara ca Bujumbura, umuntu arahitamwo intara arimwo, agaheza akarihira hamwe ayo kubishikana aho akorera n'igiciro c'ibidandazwa.
Arashobora kandi guhitamwo kubitorera aho duorera (Local Pickup) naho aba yahisemwo intara arimwo. Murico gihe amwe yokubirungika (shipping cost) ntaheza ng ayarihe, aca ariha ikidandazwa conyene.
M.N : Umuntu wese aranguye tumushikanira kukibanza akoreramwo, ategerezwa kurangura cartons zitari musi ya 50